Intambara y'Uburusiya muri Ukraine no kwiyonjorora kwa Amerika vyatumye Ubudagi bwigeze kuba bwijijanya imitima bushira amafaranga menshi mu gisata co kwivuna abansi.